Kishore Kumar Hits

Heavenly Melodies Africa - Muremyi W'isi текст песни

Исполнитель: Heavenly Melodies Africa

альбом: Overflow19


Mbega mvuge iki ndeke iki
Ko nakunzwe bihebuje
Mbega Mwami noguha iki
Ku rukundo wanyituje
Ivy'ukora biransiga
Ehe nuzuye ibitwenge
Akira indirimbo yanje
Indirimbo y'urukundo
Mwami simfise amajambo novuga
Ingo mumutima wanje wakire
Amashimwe
Wambaye amahwa ku mutwe
Unyambika ikanzu yera
Wakubiswe inkoni nyinshi
Nanje nkira indwara zose
Ivyukora biransiga
Ehe nuzuye ibitwenge
Akira indirimbo yanje
Indirimbo y'urukundo
Mwami simfise amajambo novuga
Ingo mumutima wanje wakire
Amashimwe
Hallelujah Mwami ni ushemezwe
Hallelujah Yesu nuhimbazwe
Akira indirimbo yanje
Indirimbo y'urukundo
Mwami simfise amajambo novuga
Ingo mumutima wanje wakire
Amashimwe

Поcмотреть все песни артиста

Другие альбомы исполнителя

Похожие исполнители