Manitse amaboko yanje Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa Ndi icaremwe gishasha Ivya kera vyararangiye Naratsindanishirijwe Ndi Umwana w'Imana Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ni Kristo muri je Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa Ndi icaremwe gishasha Ivya kera vyararangiye Naratsindanishirijwe Ndi Umwana w'Imana Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ubu ndi muzima Nabambanywe na Kristo Ariko sije indiho Ni Kristo muri je Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa Yesu ni muzima Niyo mpamvu ndamushima Icaha caneshejwe N'ububasha bw'urukundo Manitse amaboko yanje N'ibiganza vyera Nshimagiza Umwami Yesu Mu ndimi z'ibihugu vyose Yesu Shimwa