Kishore Kumar Hits

Heavenly Melodies Africa - MUCUNGUZI текст песни

Исполнитель: Heavenly Melodies Africa

альбом: MUCUNGUZI


Hamwe wabambwa i goligota
Ku musozi w'ivyaha vyanje
Niho nakuye izina risha
Igihe wavuga ko birangiye
Nzokwamamaza
Nzokuririmba
Wewe wampfiriye
Ntabibereye
Nzokuvuga
Mubatakuzi
Ndababwire ko
Atawuhwanye nawe
Mucunguzi
Umaze gupfa waramanutse
Hamwe ikuzimu nari mbohewe
Wambura umwansi imfunguruzo
Mbona kwinjira mu murwa w'Ubuntu
Nzokwamamaza
Nzokuririmba
Wewe wampfiriye
Ntabibereye
Nzokuvuga mubatakuzi
Ndababwire ko
Atawuhwanye nawe
Nzokwamamaza
Nzokuririmba
Wewe wampfiriye
Ntabibereye
Nzokuvuga mubatakuzi
Ndababwire ko
Atawuhwanye nawe
Mucunguzi
Niwe Mukiza Umurokozi
Wahawe Izina ry'ubushobozi
Indimi zose zizokwatura
Ko ariwe Mwami Uganza vyose
Niwe Mukiza Umurokozi
Wahawe Izina ry'ubushobozi
Indimi zose zizokwatura
Ko ariwe Mwami Uganza vyose
Niwe Mukiza Umurokozi
Wahawe Izina ry'ubushobozi
Indimi zose zizokwatura
Ko ariwe Mwami Uganza vyose
Nzokwamamaza
Nzokuririmba
Wewe wampfiriye
Ntabibereye
Nzokwamamaza
Nzokuririmba
Wewe wampfiriye
Ntabibereye
Nzokuvuga
Mubatakuzi
Ndababwire ko
Atawuhwanye nawe
Ntawuhwanye nawe
Ntawuhwanye nawe
Ntawuhwanye nawe
Ni wewe Mucunguzi
Ntawuhwanye nawe
Ntawuhwanye nawe
Ntawuhwanye nawe
Ni wewe Mucunguzi
Ntawuhwanye nawe
Ntawuhwanye nawe
Ntawuhwanye nawe
Ni wewe Mucunguzi

Поcмотреть все песни артиста

Другие альбомы исполнителя

Похожие исполнители