Kishore Kumar Hits

Dudu T. Niyukuri - Mbega Urukundo текст песни

Исполнитель: Dudu T. Niyukuri

альбом: Uri Mwiza


Oohh oh
Ummhh
Wewe umvyagiye mubwiza bwinshi
Reka ndagushime ndakuririmbire
Mvuge ibikorwa
Vyiza wakoze
Nshigire intaha
Y'urukundo gwawe
Mbega urukundo
Aho ndarubona
Simfise nuko nobivuga
Mbega iyutaza nobaye uwande
Amashimwe yose akugarukeko
Iyo nibutse kw'ataco nari
Nkibuka Ko nari uwogupfa
Hama nkibuka aaah
Ko wankunze uko oohh
Numva nyagirwa n'Ubuntu bwawe
Oooh
Ooh ooohh
Mbega urukundo
Aho narubona
Simfise nuko nobivuga (mwami)
Mbega iyo utaza
Je nobaye uwande
Amashimwe yose akugarukeko
Mbeeega
Mbega urukundo
Aho ndarubona
Simfise nuko nobivuga (simfise nuko nobivuga)
Mbega iyutaza (mbega iyutaza)
Nobaye uwande (je nobaye uwande)
Nobaye uwande Yesu
Amashimwe yose (amashimwe yose)
Akugerukeko ooh
Yeah
Amashi yacu
Impundu zose (impundu zose)
Icubahiro (ku m'amahanga yose)
Bikugarukeko (bikugarukeko)
Urabikwiye (urabikwiye)
Kuko uruwera(kuko uruwera)
Icubahiro (icubahiro)
Kikugarukeko (kikugarukeko)
Ooohhh amashi yacu
Amashi yacu (yeah)
Impundu zose (impundu zose)
Icubahiro (icubahiro)
Bikugarurekeko (umwami Yesu)
Urabikwiye (urabikwiye)
Kuko uruwera (kuko uruwera ooh)
Icubahiro (kwamahanga yose)
Kikugarukeko (No mumyongwa yose Mubiyaga vyose nomubihugu vyose)
Amashi yacu (ngo bashime izina ryawe)
Impundu zose (Maze ivi ryose ripfukame oooh)
Icubahiro (Ururimi rwose gwature)
Kikugarukeko (Kurabikwiye)
Kuruwera
Kurumwami
Kuraryoshe
Urabikwiye
Uri mwiza yesu
Kukuruwera (oooh)
Icubahiro(icubahiro cose mwami)
Kikugarukeko
Icubahiro
Kikugarukeko (Kikugarukeko)
Kwisi no mwijuru
Eka nukuzimu
Icubahiro (ooh)
Kikugarukeko (ooh ooh)
Icubahiro cose
Kikugarukekoooh oh oh

Поcмотреть все песни артиста

Другие альбомы исполнителя

Похожие исполнители