Kishore Kumar Hits

Redemption Voice - Imbere N'inyuma текст песни

Исполнитель: Redemption Voice

альбом: Nashimwe


Yemwe abanyumva eeeh
Nimumfashe gutahura eeeh,eeeh
Ingene Yesu anyitayeho mmmh mmh
Nta ruhara na rumwe ndabifisemwo mmh mmh
Umusi ku wundi
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Sindonderera kure mmh
Nuguruye amaso yanje nshobora kubona ivyo wankoreye yeah
Kimwe ku kindi nkurikiranya
Igikorwa ku kindi nk'imperekeranya
Ntawe nokugereranya(no no no)
Umusi ku wundi
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Mbe nkwite nde?
Mbega nkwite nde?
Yo yo yo
Uri ibuye rikomeye
Rikomeye rigumije urugamba
Mbe nkwite nde?
Mbega nkwite nde?
Ur'igitandara
Gitandara
Mpagazekoooo
Mpagaze(kooo)
Je mpagaze(kooo)
Mpagaze(kooo)
Je mpagazeko
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Imbere n'inyuma
Ankikuje impande zose
Nzomutambira (Imbere n'inyuma)
Ndamuririmbire
Mvuge ivyiza yankoreye (Imbere n'inyuma)
Yeah yeah yeah yeah (Imbere n'inyuma)
Impande zose we yeaaah (Imbere n'inyuma)
Isi yose ibimenye
K'ari wewe wenyene

Поcмотреть все песни артиста

Другие альбомы исполнителя

Похожие исполнители