Kishore Kumar Hits

Big Fizzo - Ni Wewe текст песни

Исполнитель: Big Fizzo

альбом: Desideratus / Legendary


Fizzo baby
Ba-BantuBwoy music
Nta kindi kintu canzinduye
Atari we gusa nishimiye
Mu mutima umubabaro wuzuye
Urukundo rwawe rwanteye
Ndakubona nkat'umutwe
Nkumva nomera amababa nguruke
Muri jewe
Urukundo rwabize
Mbwira ijambo
Rimwe nduhuke
(Ni wewe)
Ni wewe wama mu mutima wanje
(Ni wewe)
Ni wewe nashize muri ntibate
(Ni wewe)
Ntawundi nkunda atari wewe
(Ni wewe)
Je ntawundi mbona atari wewe
Kenshi iyo twegeranye nsanga ndi kuvuga ibitajanye
Nkasanga ntwenga ibidatwengeje
(Nkuva amasoni)
Ntiwigera umbaza na rimwe uko merewe
Kubera unyihweje uramenya ikimbakiye
Kuvyigumizamwo nukuri vyananiye
Mpisemwo kubivuga ng'ubimenye
Muri jewe
Urukundo rwabize
Mbwira ijambo
Rimwe nduhuke
(Ni wewe)
Ni wewe wama mu mutima wanje
(Ni wewe)
Ni wewe nashize muri ntibate
(Ni wewe)
Ntawundi nkunda atari wewe
(Ni wewe)
Je ntawundi mbona atari wewe
Uno munsi nahisemwo kwimenera ibanga
Ngo ndirimbe ikindaje ishinga
Bimenyekane hose mu mashinga
K'ari wewe
Undaza itiro
Ni wewe wama mu mutima wanje
(Ni wewe)
Ni wewe nashize muri ntibate
(Ni wewe)
Ntawundi nkunda atari wewe
(Ni wewe)
Je ntawundi mbona atari wewe
(Ni wewe)
Ni wewe wama mu mutima wanje
(Ni wewe)
Ni wewe nashize muri ntibate
(Ni wewe)
Ntawundi nkunda atari wewe
(Ni wewe)
Je ntawundi mbona atari wewe
Oh babe
BantuBwoy music

Поcмотреть все песни артиста

Другие альбомы исполнителя

Похожие исполнители

Bwiza

Исполнитель

Sat-B

Исполнитель